"BURUNDI YES WE CAN"

News

UBWITONZI.webs.com welcome you all!

Posted on February 25, 2010 at 4:17 PM

Ubwitonzi ni site izabategurira inkuru zimvaho mukirundi no mucongereza zishushe kandi zimvaho zije ziha iwacu ibujumbura iwabo wintwaro zumukazo tuzagerageza kubashimisha no kubikorako kuko umutwe umwe ntiwigira inama.Duhiriwe duhishije guko dufise abarundi bijunja n'ijambo,abanyagihugu bataraba igitsure cabatwara,bataraba ubwoko bataraba idini muga ubuyobozi bw'ubwitonzi tuzagerageza kubashikiriza inkuru atakurya umunwa tukizera dushimitse yuko tuzabagezaho ivyo dushoboye reka rero tubakaribishije mukirimi cacu tubamenyesha kw'amakuru menshi yacu azabageraho mucongereza kuko isi yose dushaka kuyigeraho tuyimenyesha icabarundi barindiriye,bafise,nakahise





                                                                                                         ubwitonzi.......pro,(jj*)

Categories: None

Post a Comment

Oops!

Oops, you forgot something.

Oops!

The words you entered did not match the given text. Please try again.

Already a member? Sign In

0 Comments